ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/12 rup. 3
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 30 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 30 Nzero
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 30 NZERO
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 1/12 rup. 3

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 30 Nzero

INDWI ITANGURA KU WA 30 NZERO

Ururirimbo rwa 30 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 16 ing. 1-7, n’uruzitiro ku rup. 128 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yesaya 43-46 (Imin. 10)

No. 1: Yesaya 45:15-25 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ukuntu ukwihangana kw’Imana gushikana ku bukiriro—2 Pet. 3:9, 15 (Imin. 5)

No. 3: Abakirisu ntibabwirizwa kwubahiriza Isabato (td 18A) (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 87

Imin. 5: Amatangazo. Mukoresheje uburyo bwo gutanguza ibiyago buri ku rupapuro rwa 4, nimugire umwerekano w’ukuntu inyigisho ya Bibiliya yotanguzwa ku wa gatandatu wa mbere wa Ruhuhuma. Nimukoreshe ibinyamakuru muheruka kuronka mw’ishengero, mwisunge Igikorwa dukorera Ubwami catanzwemwo uburyo bwo kubishikiriza.

Imin. 10: Ico womenya ku bijanye n’ibibanza vyo kuri Internet abantu bashirako amakuru yabo—Igice ca 1. Insiguro ishingiye kuri Be maso! yo muri Nzero-Ntwarante 2012, urupapuro rwa 16-19.

Imin. 20: “Woba witeguriye gutabarwa vyihutirwa mu bijanye no kuvurwa?” Ibibazo n’inyishu. Nushikirize intangamarara ngufi ukoresheje ibivugwa mu ngingo ya mbere, n’insozero ngufi ukoresheje ibivugwa mu ngingo ya nyuma.

Ururirimbo rwa 116 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika