ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 144
  • Dutegerezwa kugira ukwizera

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Dutegerezwa kugira ukwizera
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Dutegerezwa kugira ukwizera
    Turirimbire Yehova
  • Dutegerezwa kugira ukwizera
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ubuzima butagira iherezo—ngubwo!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 144

Ururirimbo rwa 144

Dutegerezwa kugira ukwizera

(Abaheburayo 10:39)

1. Yehova kera yaravuze kenshi

Biciye ku bo yatuma bo kw’isi.

Mu nyuma vyaciye ku Mwana wiwe;

Twumvirije tuzoba dukingiwe.

(Icitabirizo)

2. Ntidut’umwidegemvyo wo kuvuga,

Ni ho twokwigish’ata kidutega.

Tugez’ikirenge mu ca Mesiya

Yehova ntazoduh’impembo nkeya.

(Icitabirizo)

3. Ntitwiyonjorora kuko twohona,

Turizera tugakorer’Imana.

Naho abansi benshi baturwanya

Turizera Yehova ntituganya.

(ICITABIRIZO)

Dutegerezwa kugira kwa kwizera.

Ni ho ya ntambara y’Imana twokira.

Mbe dufis’ukwizera kw’ibikorwa?

Ni kwo rero kuzoturokora.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika