Yesaya 33:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri Siyoni, abacumuzi batekewe n’ubwoba+; ugususumira kwacakiye abahuni+: ‘Ni nde muri twebwe yobana akanya na gatoyi n’umuriro urigata+? Ni nde muri twebwe yobana akanya na gatoyi n’ukururumba kw’igihe kirekire+?’
14 Muri Siyoni, abacumuzi batekewe n’ubwoba+; ugususumira kwacakiye abahuni+: ‘Ni nde muri twebwe yobana akanya na gatoyi n’umuriro urigata+? Ni nde muri twebwe yobana akanya na gatoyi n’ukururumba kw’igihe kirekire+?’