Yesaya 33:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi nta wuhaba azovuga ngo: “Ndarwaye+.” Abantu baba mu gihugu bazoba bahariwe ikosa ryabo+.