Yesaya 41:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 wewe uwo nafashe nkagukura ku mpera z’isi+, wewe uwo nahamagaye nkagukura mu mihingo yayo ya kure+. Ndaheza nkubwira nti: ‘Uri umusavyi wanje+; naragutoye+, sinagutaye+.
9 wewe uwo nafashe nkagukura ku mpera z’isi+, wewe uwo nahamagaye nkagukura mu mihingo yayo ya kure+. Ndaheza nkubwira nti: ‘Uri umusavyi wanje+; naragutoye+, sinagutaye+.