Yesaya 41:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze nguma ndaba, ariko nta muntu n’umwe yari ahari; kandi vyongeye, muri abo nta n’umwe yatanga impanuro+. Nanje nguma ndababaza, kugira bishure.
28 Maze nguma ndaba, ariko nta muntu n’umwe yari ahari; kandi vyongeye, muri abo nta n’umwe yatanga impanuro+. Nanje nguma ndababaza, kugira bishure.