2 Abami 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mu mwaka ugira 14 umwami Hezekiya aganza, Senakeribu umwami wa Ashuri+ aja gutera ibisagara vyose vy’Ubuyuda bikingijwe ibihome, arabifata+. Yesaya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ibi ni vyo avuze: «Ehe raba Umwashuri+!Ni inkoni yo kwerekana ishavu ryanje+.Ikibando kiri mu kuboko kwiwe na co cerekana uburake bwanje.
13 Mu mwaka ugira 14 umwami Hezekiya aganza, Senakeribu umwami wa Ashuri+ aja gutera ibisagara vyose vy’Ubuyuda bikingijwe ibihome, arabifata+.
5 Ibi ni vyo avuze: «Ehe raba Umwashuri+!Ni inkoni yo kwerekana ishavu ryanje+.Ikibando kiri mu kuboko kwiwe na co cerekana uburake bwanje.