ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 94
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Gusaba Imana ngo yihore ababisha

        • «Ababisha bazogeza ryari kwishira hejuru?» (3)

        • Hahiriwe uwo Yehova akosora (12)

        • Imana ntizoheba abantu bayo (14)

        • «Abategura ivyago bitwaje amategeko» (20)

Zaburi 94:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:35; Nah 1:2; Rm 12:19

Zaburi 94:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25; Ivk 17:31
  • +Zb 31:23

Zaburi 94:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:3; 74:10

Zaburi 94:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:4

Zaburi 94:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Ya.» Ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:2, 7; Ezk 8:12
  • +Zb 10:4, 11; 73:3, 11; Yes 29:15

Zaburi 94:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ko mufise ugutahura kwimbitse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:22

Zaburi 94:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «uwateye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:15

Zaburi 94:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:5; Yes 10:12
  • +Zb 25:8; Yes 28:26; Yoh 6:45

Zaburi 94:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 3:20

Zaburi 94:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Ya.» Ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:71; Img 3:11; 1Kr 11:32; Heb 12:5, 6
  • +Zb 19:8

Zaburi 94:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:23; 2Pt 2:9

Zaburi 94:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:22; Zb 37:28; Heb 13:5
  • +Gus 32:9

Zaburi 94:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 124:2, 3; 2Kr 1:10

Zaburi 94:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:9; Zb 37:24; 121:3; Int 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

Zaburi 94:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyiyumviro bidurumbanya.»

  • *

    Canke «yari menshi muri jewe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 86:17; Fp 4:6, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 13

    15/3/2003, rup. 9

    1/9/2001, rup. 31

Zaburi 94:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abacamanza.» Mu giheburayo havuga ngo «intebe y’ubwami.»

  • *

    Canke «ingingo bashinga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:1; Dn 6:7; Ivk 5:27, 28

Zaburi 94:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bakavuga ko amaraso y’intungane yagirwa n’icaha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:3
  • +1Bm 21:13

Zaburi 94:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ahantu hataramutse hatekanye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:2

Zaburi 94:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «azobanumya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 5:22; 2Ts 1:6
  • +1Sm 26:9, 10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 94:1Gus 32:35; Nah 1:2; Rm 12:19
Zab. 94:2It 18:25; Ivk 17:31
Zab. 94:2Zb 31:23
Zab. 94:3Zb 73:3; 74:10
Zab. 94:5Zb 14:4
Zab. 94:7Zb 59:2, 7; Ezk 8:12
Zab. 94:7Zb 10:4, 11; 73:3, 11; Yes 29:15
Zab. 94:8Img 1:22
Zab. 94:9Zb 34:15
Zab. 94:10Zb 9:5; Yes 10:12
Zab. 94:10Zb 25:8; Yes 28:26; Yoh 6:45
Zab. 94:111Kr 3:20
Zab. 94:12Zb 119:71; Img 3:11; 1Kr 11:32; Heb 12:5, 6
Zab. 94:12Zb 19:8
Zab. 94:13Zb 55:23; 2Pt 2:9
Zab. 94:141Sm 12:22; Zb 37:28; Heb 13:5
Zab. 94:14Gus 32:9
Zab. 94:17Zb 124:2, 3; 2Kr 1:10
Zab. 94:181Sm 2:9; Zb 37:24; 121:3; Int 3:22
Zab. 94:19Zb 86:17; Fp 4:6, 7
Zab. 94:20Yes 10:1; Dn 6:7; Ivk 5:27, 28
Zab. 94:21Zb 59:3
Zab. 94:211Bm 21:13
Zab. 94:22Zb 18:2
Zab. 94:23Img 5:22; 2Ts 1:6
Zab. 94:231Sm 26:9, 10
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 94:1-23

Zaburi

94 Ewe Yehova, Mana yihora ababisha+,

ewe Mana yihora ababisha, nubereke ico uri!

 2 Ewe Mucamanza w’isi+, nuhaguruke!

Nusubirize mu nkoko abantu bibona+.

 3 Mbega ababisha bazogeza ryari ga Yehova,

bazogeza ryari kwishira hejuru+?

 4 Bapfa ivyo bavuze kandi bakabivugana ubwishime.

Inkozi z’ikibi zose ziguma ziyemera.

 5 Ewe Yehova, barafyonyora abantu bawe+,

bagacinyiza intoranwa yawe.

 6 Barica umupfakazi na kavamahanga,

bakica n’abana b’impfuvyi.

 7 Bavuga ngo: «Yehova* nta vyo abona+.

Imana ya Yakobo nta vyo inezwe+.»

 8 Mwa bijuju mwe, muzokwerekana ryari ko mufise ubukerebutsi*+?

Nimutahure ibi mwa mburabwenge mwe:

 9 Mbega uwaremye* ugutwi, ntashobora kwumva?

Canke uwaremye ijisho, ntashobora kubona+?

10 Umwe akosora amahanga, ntashobora kubahana+?

Ni we atuma abantu baca ubwenge+.

11 Yehova arazi ivyiyumviro vy’abantu,

arazi ko ari impemu gusa+.

12 Ewe Yehova*, hahiriwe umuntu ukosora+,

uwo wigisha itegeko ryawe+,

13 kugira agume yitekaniye mu misi y’ivyago,

gushika ababisha bimbiwe icobo+.

14 Kuko Yehova atazoheba abantu biwe+,

canke ngo ate intoranwa yiwe+.

15 Emwe, hazosubira gucibwa imanza zigororotse,

kandi abantu bose b’umutima ugororotse bazozisunga.

16 Ni nde azongwanira akankiza ababisha?

Ni nde azomfasha kurwanya inkozi z’ikibi?

17 Iyo Yehova atamfasha,

mba narapfuye kera+.

18 Igihe navuga nti: «Ikirenge canje kiriko kiranyerera»,

urukundo* rwawe, ewe Yehova, rwagumye runshigikira+.

19 Igihe amaganya* yari yandengeye*,

warampumurije wongera urampoza+.

20 Mbega wokwunga urunani n’abategetsi* bononekaye,

kandi bariko bategura ivyago bitwaje amategeko*+?

21 Bagaba ibitero bikomeye ku mugororotsi+,

bagacira urwo gupfa umuntu w’intungane*+.

22 Ariko Yehova azombera ubuhungiro butekanye*.

Imana yanje ni yo gitandara mpungirako+.

23 Azotuma ibibi bakora bibagarukako+.

Azobahonya* kubera ububisha bwabo.

Yehova Imana yacu azobahonya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika