ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Munyonyo rup. 3
  • Turakengurukira Yehova kubera urukundo rwanyu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turakengurukira Yehova kubera urukundo rwanyu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • “Mugire akamenyero ko gutanga”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Agaciro k’“uduceri tubiri”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • “Ingabire igenewe Yehova”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • «Nurabe ico ushira ku ruhande»
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Munyonyo rup. 3
Udufoto: 1. Umuvukanyi ariko arashira amahera mu gasandugu k’intererano. 2. JW Box. 3. Abavukanyi bariko bubaka aho bazofatira amavidewo.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turakengurukira Yehova kubera urukundo rwanyu

Abo mw’ishengero ry’i Tesalonika baragaragarije urukundo abakirisu bagenzi babo, naho bari mu ngorane. (2Ts 1:3, 4) N’abasavyi ba Yehova muri iki gihe, baragaragariza urukundo mwene urwo umuryango w’abavukanyi ukwiye kw’isi yose. Urukurikirane rw’ibiganiro dusanga kuri jw.org ruvuga ngo “Ingene intererano mutanga zikoreshwa” rurerekana uburyo butandukanye intererano mutanga zishigikira abavukanyi banyu muri ibi bihe bigoye. Turabashimira ku kuntu mutanga cane mubigiranye urukundo.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO TWAMA “DUKENGURUKIRA IMANA KU BWANYU,” MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

• Ni ibikorwa bimwebimwe ibihe intererano dutanga zishigikira?

• Uburyo bwiza bwo gushigikira mu vy’amahera abavukanyi bari mu nkenero ni ubuhe?​—Raba n’ikiganiro “Ukuntu umusesekara wa bamwe wuzuriza ugukehanirwa kw’abandi” kuri jw.org

NUMENYE N’IBINDI UCIYE KURI INTERNET

Ushobora gute gutanga intererano uvyishakiye kugira ushigikire igikorwa Ivyabona vya Yehova barangura? Kuri JW Library nuje amaja epfo ufyonde ahanditse ngo “Dons.” Bivanye n’igihugu urimwo, urahasanga inzira (lien) igushikana ku kiganiro kivuga ngo “Ibibazo bikunze kubazwa.” Ico kiganiro kirishura ibibazo abantu bakunze kwibaza bijanye n’intererano.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika