ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 3
  • “Mugire akamenyero ko gutanga”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Mugire akamenyero ko gutanga”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Turakengurukira Yehova kubera urukundo rwanyu
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • «Nurabe ico ushira ku ruhande»
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Agaciro k’“uduceri tubiri”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • “Ingabire igenewe Yehova”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 3
Mushiki wacu ageze mu zabukuru ariko arakoresha tablete mu gutanga intererano biciye kuri internet. Udufoto: Ibintu bitandukanye intererano dutanga zikora. 1. Gucapura ibitabu kuri Beteli. 2. Amashure y’ivya Bibiliya. 3. Kwamamaza ku mugaragaro. 4. Amaporoje y’ubwubatsi.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

“Mugire akamenyero ko gutanga”

Yezu yavuze ko agatima ko gutanga kandukira. (Lk 6:38) Igihe ufise akamenyero ko gutanga biratuma abavukanyi na bashiki bacu bagaragaza umutima mwiza kandi bagatanga cane.

Gutangana akamwemwe ni umuce ugize ugusenga kwacu. Yehova arabona abagirira ubutoni abakirisu bagenzi babo baba bari n’ivyo bakeneye kandi abasezeranira kubaha impera.​—Img 19:17.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO TURAKENGURUKA AGATIMA MUFISE KO GUTANGA, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Intererano mutanga zifasha gute abavukanyi na bashiki bacu?

  • Kubera iki dukwiye kubandanya tugaragaza agatima ko gutanga, tutaravye ivyo dushoboye gutanga uko bingana?​—Raba kandi ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ukuntu umusesekara wa bamwe wuzuriza ugukehanirwa kw’abandi.”

NUMENYE N’IBINDI UCIYE KURI INTERNET

Ushobora gute gutanga intererano uvyishakiye kugira ushigikire igikorwa Ivyabona vya Yehova barangura? Kuri JW Library® nuje amaja epfo ufyonde ahanditse ngo “Dons.” Bivanye n’igihugu urimwo, uca ubona ahanditse ngo FAQ. Uhafyonze baca bakujana ahari ikiganiro kivuga ngo Intererano zihabwa Ivyabona vya Yehova​—Ibibazo bikunda kubazwa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika