ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 2:11
  • +Kv 18:21; Gus 1:13; Yr 3:15; Ivk 20:28; Tt 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 55

    Ishirahamwe, rup. 32-33, 39

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2014, rup. 3-4

    15/5/2010, rup. 24

    1/1/2001, rup. 19-20

    1/8/1999, rup. 24

1 Timoteyo 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:6; Rm 16:19; Fp 2:15; 1Tm 6:14
  • +Img 23:20
  • +Rm 12:3; 2Kr 5:13; 1Pt 4:7
  • +Rm 4:12; Gl 5:25; Fp 3:16
  • +Ivk 28:7; Tt 1:8; 1Pt 4:9
  • +1Tm 5:17; 2Tm 2:24; Tt 1:9; Yak 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 42

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-36

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 29

    1/11/1996, rup. 12-13

1 Timoteyo 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:13
  • +Tt 1:7
  • +Fp 4:5; Yak 3:17
  • +Rm 12:18; Yak 3:18
  • +Heb 13:5; 1Pt 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 34-35

1 Timoteyo 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 24:15; Tt 1:6
  • +Ef 6:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-34, 133-134

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 26

    1/11/1996, rup. 16-17

1 Timoteyo 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-34

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2012, rup. 9

    1/11/1996, rup. 16-20

1 Timoteyo 3:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Dufatiye ku kigiriki ni “Diyabolosi,” bisobanura ngo “Umubesheranyi.” Raba kandi Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:13; 1Tm 5:22
  • +Ezk 28:17; Ivk 8:19
  • +Lk 8:31; Ivk 8:22; Ivh 20:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32-33

1 Timoteyo 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:2; 22:12; 2Kr 8:21; 1Ts 4:12
  • +2Tm 2:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-34

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2005, rup. 30

1 Timoteyo 3:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 1:1
  • +Ivk 6:3; Tt 1:7; 1Pt 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 55

1 Timoteyo 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 3:3, 6
  • +Ivk 24:16; 1Tm 1:5, 19; 2Tm 1:3; 1Pt 3:16

1 Timoteyo 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 8:22
  • +Dn 6:5; 1Pt 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 54

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 11

    1/5/2006, rup. 23-24

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    5/2000, rup. 8

1 Timoteyo 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:13; 1Tm 5:13
  • +Img 23:20
  • +Tt 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1996, rup. 13

1 Timoteyo 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 3:2; Tt 1:6
  • +1Tm 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 133-134

1 Timoteyo 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 15:1
  • +Ef 6:19; Heb 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 55

1 Timoteyo 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fm 22

1 Timoteyo 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:19; Heb 3:6
  • +2Tm 2:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 29

1 Timoteyo 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:15
  • +Yoh 1:14; 18:37; Fp 2:7
  • +1Pt 3:18
  • +1Pt 3:19
  • +Kl 1:23
  • +Kl 1:6
  • +Zb 2:6; Mt 24:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 196

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 30-31

    15/6/2008, rup. 13

    15/2/2006, rup. 19

    Senga Imana, rup. 57

    Abahurikiye hamwe, rup. 52

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 3:12Tm 2:11
1 Tim. 3:1Kv 18:21; Gus 1:13; Yr 3:15; Ivk 20:28; Tt 1:5
1 Tim. 3:2Lk 1:6; Rm 16:19; Fp 2:15; 1Tm 6:14
1 Tim. 3:2Img 23:20
1 Tim. 3:2Rm 12:3; 2Kr 5:13; 1Pt 4:7
1 Tim. 3:2Rm 4:12; Gl 5:25; Fp 3:16
1 Tim. 3:2Ivk 28:7; Tt 1:8; 1Pt 4:9
1 Tim. 3:21Tm 5:17; 2Tm 2:24; Tt 1:9; Yak 3:1
1 Tim. 3:3Rm 13:13
1 Tim. 3:3Tt 1:7
1 Tim. 3:3Fp 4:5; Yak 3:17
1 Tim. 3:3Rm 12:18; Yak 3:18
1 Tim. 3:3Heb 13:5; 1Pt 5:2
1 Tim. 3:4Yos 24:15; Tt 1:6
1 Tim. 3:4Ef 6:4
1 Tim. 3:6Ivk 8:13; 1Tm 5:22
1 Tim. 3:6Ezk 28:17; Ivk 8:19
1 Tim. 3:6Lk 8:31; Ivk 8:22; Ivh 20:3
1 Tim. 3:7Ivk 16:2; 22:12; 2Kr 8:21; 1Ts 4:12
1 Tim. 3:72Tm 2:26
1 Tim. 3:8Fp 1:1
1 Tim. 3:8Ivk 6:3; Tt 1:7; 1Pt 5:2
1 Tim. 3:9Ef 3:3, 6
1 Tim. 3:9Ivk 24:16; 1Tm 1:5, 19; 2Tm 1:3; 1Pt 3:16
1 Tim. 3:102Kr 8:22
1 Tim. 3:10Dn 6:5; 1Pt 2:12
1 Tim. 3:11Img 11:13; 1Tm 5:13
1 Tim. 3:11Img 23:20
1 Tim. 3:11Tt 2:3
1 Tim. 3:121Tm 3:2; Tt 1:6
1 Tim. 3:121Tm 3:4
1 Tim. 3:13Zb 15:1
1 Tim. 3:13Ef 6:19; Heb 3:6
1 Tim. 3:14Fm 22
1 Tim. 3:15Ef 2:19; Heb 3:6
1 Tim. 3:152Tm 2:2
1 Tim. 3:16It 3:15
1 Tim. 3:16Yoh 1:14; 18:37; Fp 2:7
1 Tim. 3:161Pt 3:18
1 Tim. 3:161Pt 3:19
1 Tim. 3:16Kl 1:23
1 Tim. 3:16Kl 1:6
1 Tim. 3:16Zb 2:6; Mt 24:30
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
1 Timoteyo 3:1-16

1 Timoteyo

3 Iri jambo ni iryizigirwa+.

Nimba umuntu arondera gushikira ibanga ry’umucungezi+, aba yipfuje igikorwa ciza. 2 Umucungezi akwiye rero kuba ata co anegurwa+, ari umugabo w’umugore umwe, atarenza urugero+ mu ngeso, aroranye mu muzirikanyi+, umunyarutonde+, umwakiranyi+, ashoboye kwigisha+, 3 atari umunyamatati w’imborerwa+, atari uwukubitana+, ahubwo abe uwugira ibitegereka+, atari uwukunda kurwana+, atari inkunzi y’amahera+, 4 abe ari umuntu ahagarikira neza urugo rwiwe bwite+, afise abana bayoboka ata gufyina namba+; 5 (nimba koko umuntu atazi guhagarikira urugo rwiwe bwite, azobungabunga gute ishengero ry’Imana?) 6 ntabe umuntu yizeye vuba+, kugira ngo ntahave yivyimvya+ akagwa mu rubanza rwaciriwe Shetani*+. 7 Vyongeye, akwiye kandi kuba ashingirwa intahe nziza n’abantu bo hanze+, kugira ntagwe mu ceyi no mu mutego+ wa Shetani.

8 Abakozi b’ishengero*+ na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, badafise indimi zibiri, badatwarwa umutima n’umuvinyu mwinshi, batanohokera inyungu mbi+, 9 bagumya ibanga ryeranda+ ry’ukwizera bari n’ijwi ryo mu mutima ridahumanye+.

10 Vyongeye, abo nibabanze kugezwa+ kugira ngo birabwe ko bakwiriye, babone gukora nk’abasuku, kuko ata co baregwa+.

11 Abagore na bo nyene bakwiye kuba abadafyina, ntibabe abambika ibara abandi+, babe batarenza urugero mu ngeso+, bizigirwa muri vyose+.

12 Umukozi w’ishengero abe umugabo w’umugore umwe+, ahagarikira neza abana biwe n’urugo rwiwe bwite+. 13 Kuko abakora neza bironsa impagararo nziza+ n’umwidegemvyo wo kuvuga+ mwinshi mu kwizera mu bijanye na Kristu Yezu.

14 Ndakwandikiye ivyo bintu, naho nizigiye kuza iwawe vuba+, 15 kugira ngo, hamwe noteba, umenye ingene ubwirizwa kwigenza mu rugo rw’Imana+, ari rwo shengero rya ya Mana nzima, rukaba inkingi n’urwego bishigikiye+ ukuri. 16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika