ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Nzoshemeza Imana kubera yandokoye

        • «Yehova ni urutare rwanje» (2)

        • Yehova ntahemukira intahemuka (25)

        • Ivyo Imana ikora biratunganye (30)

        • «Ukwicisha bugufi kwawe gutuma mba uwuhambaye» (35)

Zaburi 18:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:1

Zaburi 18:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:32; Yes 12:2

Zaburi 18:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Canke «ni yo nkinzo yanje n’umukiza wanje akomeye.»

  • *

    Canke «ahantu hanje hataramutse hatekanye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:3; 37:39, 40; 40:17
  • +Gus 32:4
  • +It 15:1; 2Sm 22:2-4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2009, rup. 14

Zaburi 18:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:15

Zaburi 18:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 20:3; Zb 116:3
  • +2Sm 20:1; 22:5, 6; Zb 22:16

Zaburi 18:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 9:12

Zaburi 18:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4
  • +2Sm 22:7; Zb 10:17; 34:15; 1Pt 3:12

Zaburi 18:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 5:4
  • +2Sm 22:8-16; Zb 77:18

Zaburi 18:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:27

Zaburi 18:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 144:5; Yes 64:1
  • +2Sm 22:10

Zaburi 18:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «y’umuyaga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 99:1
  • +Zb 104:3; Heb 1:7

Zaburi 18:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:2
  • +Yb 36:29

Zaburi 18:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:10; 7:10
  • +2Sm 22:14; Zb 29:3

Zaburi 18:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:30
  • +Yb 36:32; Zb 144:6

Zaburi 18:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imigezi y’amazi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:15; 106:9; 114:1, 3
  • +Kv 15:8; 2Sm 22:16

Zaburi 18:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:17-20; Zb 124:2-4

Zaburi 18:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:7
  • +Zb 35:10

Zaburi 18:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 19:11; 23:26

Zaburi 18:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ahantu hagutse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 149:4

Zaburi 18:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «adahumanye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 26:23; 1Bm 8:32
  • +1Sm 24:11; 2Sm 22:21-25; Zb 24:3, 4

Zaburi 18:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntagirako umugayo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 84:11
  • +2Sm 22:24; Img 14:16

Zaburi 18:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:10; Heb 11:6
  • +2Sm 22:25; Img 5:21

Zaburi 18:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:10
  • +2Sm 22:26-31; Yb 34:11; Yr 32:19

Zaburi 18:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:8
  • +Zb 125:5

Zaburi 18:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abantu bigorewe.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «amaso yishira hejuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:28
  • +Img 6:16, 17; Yes 2:11; Lk 18:14

Zaburi 18:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:11; Yes 42:16

Zaburi 18:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:19; Heb 11:32-34
  • +2Sm 22:30; Fp 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2022, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 9

Zaburi 18:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; Dn 4:37; Ivh 15:3
  • +Zb 12:6; 19:8
  • +Zb 18:2; 84:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2005, rup. 28

Zaburi 18:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 86:8; Yes 45:5
  • +Gus 32:31; 1Sm 2:2; 2Sm 22:32-43

Zaburi 18:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 84:5, 7
  • +Yes 26:7

Zaburi 18:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 3:19

Zaburi 18:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:1; Gus 33:29; Zb 28:7
  • +2Sm 22:36; Zb 113:6-8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2020, rup. 8

    Niwiyegereze, rup. 201

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 9

Zaburi 18:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amaso y’ibirenge.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:5

Zaburi 18:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:8, 9

Zaburi 18:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:5

Zaburi 18:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uzompa igikanu c’abansi banje.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nzonumya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:41; Zb 34:21

Zaburi 18:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 30:6
  • +2Sm 8:3; Zb 2:8
  • +2Sm 22:44-46

Zaburi 18:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:29

Zaburi 18:45

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bazoyama.»

Zaburi 18:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4
  • +Kv 15:2; 2Sm 22:47-49

Zaburi 18:47

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:35; Nah 1:2; Rm 12:19

Zaburi 18:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:9; Zb 59:1

Zaburi 18:49

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nzocurarangira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:43; Zb 117:1; Yes 11:10
  • +2Sm 22:50, 51; 1Ng 16:9; Rm 15:9

Zaburi 18:50

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «aha umwami wiwe intsinzi zikomeye.»

  • *

    Canke «akereka urukundo rudahemuka (rudahera).»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Kurobanura).

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:6; 144:10
  • +2Sm 7:15-17; 1Bm 3:6
  • +Zb 89:20, 36; Yes 9:7; Lk 1:32, 33; Ivh 5:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 18:akajambo k’intangamarara2Sm 22:1
Zab. 18:1Zb 18:32; Yes 12:2
Zab. 18:2Zb 3:3; 37:39, 40; 40:17
Zab. 18:2Gus 32:4
Zab. 18:2It 15:1; 2Sm 22:2-4
Zab. 18:3Zb 50:15
Zab. 18:41Sm 20:3; Zb 116:3
Zab. 18:42Sm 20:1; 22:5, 6; Zb 22:16
Zab. 18:5Ums 9:12
Zab. 18:6Zb 11:4
Zab. 18:62Sm 22:7; Zb 10:17; 34:15; 1Pt 3:12
Zab. 18:7Abc 5:4
Zab. 18:72Sm 22:8-16; Zb 77:18
Zab. 18:8Yes 30:27
Zab. 18:9Zb 144:5; Yes 64:1
Zab. 18:92Sm 22:10
Zab. 18:10Zb 99:1
Zab. 18:10Zb 104:3; Heb 1:7
Zab. 18:11Zb 97:2
Zab. 18:11Yb 36:29
Zab. 18:131Sm 2:10; 7:10
Zab. 18:132Sm 22:14; Zb 29:3
Zab. 18:14Yes 30:30
Zab. 18:14Yb 36:32; Zb 144:6
Zab. 18:15Zb 74:15; 106:9; 114:1, 3
Zab. 18:15Kv 15:8; 2Sm 22:16
Zab. 18:162Sm 22:17-20; Zb 124:2-4
Zab. 18:17Zb 3:7
Zab. 18:17Zb 35:10
Zab. 18:181Sm 19:11; 23:26
Zab. 18:19Zb 149:4
Zab. 18:201Sm 26:23; 1Bm 8:32
Zab. 18:201Sm 24:11; 2Sm 22:21-25; Zb 24:3, 4
Zab. 18:23Zb 84:11
Zab. 18:232Sm 22:24; Img 14:16
Zab. 18:24Yes 3:10; Heb 11:6
Zab. 18:242Sm 22:25; Img 5:21
Zab. 18:25Zb 97:10
Zab. 18:252Sm 22:26-31; Yb 34:11; Yr 32:19
Zab. 18:26Mt 5:8
Zab. 18:26Zb 125:5
Zab. 18:27Yb 34:28
Zab. 18:27Img 6:16, 17; Yes 2:11; Lk 18:14
Zab. 18:28Zb 97:11; Yes 42:16
Zab. 18:292Sm 5:19; Heb 11:32-34
Zab. 18:292Sm 22:30; Fp 4:13
Zab. 18:30Gus 32:4; Dn 4:37; Ivh 15:3
Zab. 18:30Zb 12:6; 19:8
Zab. 18:30Zb 18:2; 84:11
Zab. 18:31Zb 86:8; Yes 45:5
Zab. 18:31Gus 32:31; 1Sm 2:2; 2Sm 22:32-43
Zab. 18:32Zb 84:5, 7
Zab. 18:32Yes 26:7
Zab. 18:33Hab 3:19
Zab. 18:35It 15:1; Gus 33:29; Zb 28:7
Zab. 18:352Sm 22:36; Zb 113:6-8
Zab. 18:36Zb 17:5
Zab. 18:38Zb 2:8, 9
Zab. 18:39Zb 44:5
Zab. 18:402Sm 22:41; Zb 34:21
Zab. 18:431Sm 30:6
Zab. 18:432Sm 8:3; Zb 2:8
Zab. 18:432Sm 22:44-46
Zab. 18:44Gus 33:29
Zab. 18:46Gus 32:4
Zab. 18:46Kv 15:2; 2Sm 22:47-49
Zab. 18:47Gus 32:35; Nah 1:2; Rm 12:19
Zab. 18:482Sm 7:9; Zb 59:1
Zab. 18:49Gus 32:43; Zb 117:1; Yes 11:10
Zab. 18:492Sm 22:50, 51; 1Ng 16:9; Rm 15:9
Zab. 18:50Zb 2:6; 144:10
Zab. 18:502Sm 7:15-17; 1Bm 3:6
Zab. 18:50Zb 89:20, 36; Yes 9:7; Lk 1:32, 33; Ivh 5:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 18:1-50

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni indirimbo ya Dawidi umusavyi wa Yehova. Amajambo yayo yayabwiye Yehova igihe Yehova yamurokora mu kuboko kw’abansi biwe bose no mu kuboko kwa Sawuli. Yamubwiye+ ati:

18 Ewe Yehova wewe nkomezi zanje, ndagukunda cane+!

 2 Yehova ni urutare rwanje n’igihome canje gikomeye, kandi ni we ankiza+.

Imana yanje ni yo gitandara canje+ mpungirako.

Ni yo nkinzo yanje n’ihembe* rinkiza*, ubuhungiro bwanje butekanye*+.

 3 Yehova ni we nambaza kuko abereye gushemezwa,

kandi azonkiza abansi banje+.

 4 Imigozi y’urupfu yari yankikuje+.

Isegenya ry’abantu b’imburakimazi ryaguma rintera ubwoba+.

 5 Imigozi y’ukuzimu yari yankikuje,

imitego y’urupfu yari impanze+.

 6 Nambaje Yehova mu marushwa yanje,

nguma ntabaza Imana yanje.

Iraheza yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,

ugutabaza kwanje gushika mu matwi yayo+.

 7 Isi yaciye itangura kunyiganga no gutigita+,

imishinge y’imisozi irajugumira,

iguma itigita kubera bari bashavuje Imana+.

 8 Umwotsi utangura gufumba mu mazuru yayo,

mu kanwa kayo na ho hava umuriro utema ugatongora+,

hirya no hino yayo amakara arurumba akarabagiza.

 9 Nuko igonda ijuru iramanuka+.

Munsi y’ibirenge vyayo hari umwiza w’umuzitanya+.

10 Yaje iguruka iri ku mukerubi+,

ishunguruka iri ku mababa y’umumarayika*+.

11 Iraheza yikikuza umwiza+,

ibicu vy’imvura n’ibicu bizitanye,

bimera nk’ihema kuri yo+.

12 Ukwakaka kw’imbere yayo

kwatuma urubura n’amakara arurumba bica mu bicu bikarengana.

13 Maze Yehova atangura guturagara ari mw’ijuru+,

ijwi rya Musumbavyose rirumvikana+,

riherekejwe n’urubura hamwe n’amakara arurumba.

14 Arasa imyampi yiwe, abansi banje barashwiragira+.

Arungika imiravyo yiwe maze barahungabana+.

15 Mu nda y’ikiyaga* hatangura kuboneka+,

imishinge y’isi ija ahabona kubera ugukankama kwawe, ewe Yehova,

kubera uguhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yawe+.

16 Yatumye ukuboko ari iyo hejuru,

aramfata ankura mu mazi y’ibenga+.

17 Yarankijije umwansi wanje akomeye+,

ankiza abanyanka kandi bandusha inkomezi+.

18 Barandwanije igihe nari mu vyago+,

ariko Yehova yaranshigikiye.

19 Yanjanye ahantu hatagira inkomanzi*,

arankiza kubera anshima+.

20 Yehova ampemba yisunze ubugororotsi bwanje+,

akanyishura ivyiza kuko amaboko yanje ata kibi yakoze*+.

21 Nagumye ngendera mu nzira za Yehova,

sinakora ikibi co guheba Imana yanje.

22 Ingingo zose yashinze ndazamiza ku muzirikanyi.

Amategeko yayo sinzoyirengagiza.

23 Nzoguma ndi intungane* imbere yayo+,

nirinde gukora amakosa+.

24 Yehova nanyishure ivyiza yisunze ubugororotsi bwanje+,

yisunze ukuntu amaboko yanje ata kibi yakoze imbere yiwe+.

25 Ntiwigera uhemukira intahemuka+,

kandi umuntu w’intungane umubera intungane+.

26 Uwuguma adahumanye umubera uwudahumanye+,

ariko uwugoramye umwereka ko uri umunyabwenge+.

27 Kuko ukiza abantu batobato*+,

ariko abishira hejuru* ukabashira hasi+.

28 Ewe Yehova, ni wewe watsa itara ryanje,

ukaba n’Imana yanje ituma umwiza unkikuje uhinduka umuco+.

29 Ni wewe unshoboza gutera akagwi k’abambuzi+.

Inkomezi z’Imana yanje ni zo zinshoboza kwurira uruzitiro+.

30 Ivyo Imana y’ukuri ikora vyose biratunganye+.

Ijambo rya Yehova riratyoroye+.

Abera inkinzo abamuhungirako bose+.

31 None hari iyindi Mana iriho atari Yehova+?

Hari ikindi gitandara kiriho atari Imana yacu+?

32 Imana y’ukuri ni yo impa inkomezi+,

kandi ni yo igorora inzira yanje+.

33 Ituma ibirenge vyanje binyaruka nk’ivy’impongokazi,

ikamfasha guhagarara ahantu hahanamye+.

34 Yigisha ibiganza vyanje kurwana intambara.

Amaboko yanje agonda umuheto w’umujumpu.

35 Umpa inkinzo yawe y’ubukiriro+.

Ukuryo kwawe kuranshigikira.

Ukwicisha bugufi kwawe gutuma mba uwuhambaye+.

36 Wagura inzira ncamwo,

kugira ngo ibirenge* vyanje ntibinyerere+.

37 Nzokurikirana abansi banje ndabahamvye.

Nzogaruka ari uko ndabahoneje.

38 Nzobasya ntibasubire kuvyura umutwe+.

Bazogwa munsi y’ibirenge vyanje.

39 Uzompa inkomezi zo kurwana urugamba,

utume abansi banje bagwa imbere yanje+.

40 Uzotuma abansi banje bampunga*,

kandi nzoherengeteza* abanyanka+.

41 Baratabaza ariko ntibaronke uwubakiza,

bagatabaza na Yehova ariko ntagende abishuye.

42 Nzobahonda banoge nk’umukungugu uguruwe n’umuyaga.

Nzobashibura nk’urwondo rwo mw’ibarabara.

43 Uzonkiza abantora amahinyu mw’ihanga ryanje+.

Uzongira umukuru w’amahanga+.

Abantu ntari nzi bazonkorera+.

44 Bazopfa kwumva amakuru yanje bace bangamburukira.

Abanyamahanga bazoza imbere yanje bahinda agashitsi+.

45 Abanyamahanga bazocika intege*,

bave mu buhungiro bwabo bajugumira.

46 Yehova ni muzima! Nashemezwe we Gitandara canje+!

Imana y’ubukiriro bwanje nishirwe hejuru+!

47 Imana y’ukuri ni yo isubiriza mu nkoko abansi banje+,

igatuma nganza amahanga.

48 Ni yo inkiza abansi banje buzuye ishavu.

Mana yanje, ni wewe unduza ukantwara kure y’abandwanya+,

ukankiza umuntu akora ivy’ububisha.

49 Ni co gituma nzokuninahaza mu mahanga, ewe Yehova+!

Nzoririmbira amashemezo* izina ryawe+.

50 Akiza umwami wiwe mu buryo bukomeye*+,

akagirira ubuntu* uwo yarobanuje amavuta*+.

Dawidi n’uruvyaro* rwiwe abagirira ubuntu ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika