ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Impwemu isukwa ku bigishwa kuri Pentekoti (1-13)

      • Ijambo Petero yashikirije (14-36)

      • Ingene amasinzi yakiriye ivyo Petero yashikirije (37-41)

        • Habatizwa abantu 3.000 (41)

      • Ingene abakirisu bafatana mu nda (42-47)

Ivyakozwe 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:16; Gus 16:9-11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 22

Ivyakozwe 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-20

Ivyakozwe 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-20

Ivyakozwe 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:8; Yoh 14:26
  • +Ivk 10:45, 46; 1Kr 12:8, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-20

Ivyakozwe 2:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «yo munsi y’ijuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2015, rup. 11

Ivyakozwe 2:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 21, 24

Ivyakozwe 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 14:70; Ivk 1:11

Ivyakozwe 2:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ururimi yonse.»

Ivyakozwe 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:6
  • +Dn 8:1, 2
  • +1Pt 1:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 25-26

    ‘Igihugu ciza’, rup. 32

Ivyakozwe 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:48

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 25, 26-27

    ‘Igihugu ciza’, rup. 32

Ivyakozwe 2:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Igihugu ciza’, rup. 32

Ivyakozwe 2:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umuvinyu mushasha.» Mu kigiriki havuga ngo «umuvinyu usosa.»

Ivyakozwe 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 1:13

Ivyakozwe 2:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «z’umusi.»

Ivyakozwe 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 7

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2020, rup. 5-7

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2002, rup. 15

    1/5/1998, rup. 19-20, 24

Ivyakozwe 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 12:8, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2002, rup. 15

    1/5/1998, rup. 19-20

Ivyakozwe 2:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-20

    1/1/1998, rup. 11-12

Ivyakozwe 2:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-20

    1/1/1998, rup. 11-12

Ivyakozwe 2:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:28-32; Rm 10:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1998, rup. 19-25

    1/1/1998, rup. 11-12

Ivyakozwe 2:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 5:36; 14:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 16

Ivyakozwe 2:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ingingo Imana yashinze.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 19:10, 11; Ivk 4:27, 28; 1Pt 1:20
  • +Lk 23:33; Ivk 5:30; 7:52

Ivyakozwe 2:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «mu migozi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:15; Rm 4:24; 1Kr 6:14; Kl 2:12; Heb 13:20
  • +Yoh 10:17, 18

Ivyakozwe 2:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imbere y’amaso yanje.»

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ivyakozwe 2:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «umubiri wanje uzobaho.»

Ivyakozwe 2:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2005, rup. 14-15

Ivyakozwe 2:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imbere y’amaso yawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 16:8-11

Ivyakozwe 2:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mvugane umwidegemvyo.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «wa mutwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 2:10

Ivyakozwe 2:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umwe mu bava mu kiyunguyungu ciwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:12, 13; Zb 89:3, 4; 132:11

Ivyakozwe 2:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «wononekare.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 16:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 16

    1/11/2008, rup. 9

    Umwigisha, rup. 202-203

    Urashobora Kubaho, rup. 83-86

Ivyakozwe 2:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:46-48; Ivk 1:8; 3:15

Ivyakozwe 2:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:34; Fp 2:9-11; 1Pt 3:22
  • +Yoh 14:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2020, rup. 30

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 15-16

Ivyakozwe 2:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ivyakozwe 2:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:1; Lk 20:42, 43; 1Kr 15:25; Heb 10:12, 13

Ivyakozwe 2:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 19:6
  • +Mt 28:18; Yoh 3:35; Ivk 5:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 25-26

Ivyakozwe 2:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:46, 47; Ivk 17:30; 26:20
  • +Mt 28:19
  • +Mt 26:27, 28; Ef 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 18

    15/5/2003, rup. 30-31

    1/4/2002, rup. 20

    Nushinge intahe, rup. 26-27

Ivyakozwe 2:39

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:28
  • +Yw 2:32

Ivyakozwe 2:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «binogangije.»

  • *

    Canke «n’iri yaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:5; Zb 78:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1997, rup. 20

Ivyakozwe 2:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:12; 18:8
  • +Ivk 4:4; 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 26-27

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2002, rup. 15-16

Ivyakozwe 2:42

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gusangira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:46
  • +Ivk 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2016, rup. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2013, rup. 16-17

Ivyakozwe 2:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:12

Ivyakozwe 2:44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 27

Ivyakozwe 2:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 19:21
  • +Ivk 4:32, 34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 27

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 30

Ivyakozwe 2:47

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:14; 11:21; 1Kr 3:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 2:1Lw 23:16; Gus 16:9-11
Ivyak. 2:2Ivk 4:31
Ivyak. 2:4Mr 1:8; Yoh 14:26
Ivyak. 2:4Ivk 10:45, 46; 1Kr 12:8, 10
Ivyak. 2:5Kv 23:17
Ivyak. 2:7Mr 14:70; Ivk 1:11
Ivyak. 2:92Bm 17:6
Ivyak. 2:9Dn 8:1, 2
Ivyak. 2:91Pt 1:1
Ivyak. 2:10Kv 12:48
Ivyak. 2:14Ivk 1:13
Ivyak. 2:17Yw 2:28
Ivyak. 2:181Kr 12:8, 10
Ivyak. 2:21Yw 2:28-32; Rm 10:13
Ivyak. 2:22Yoh 5:36; 14:10
Ivyak. 2:23Yoh 19:10, 11; Ivk 4:27, 28; 1Pt 1:20
Ivyak. 2:23Lk 23:33; Ivk 5:30; 7:52
Ivyak. 2:24Ivk 3:15; Rm 4:24; 1Kr 6:14; Kl 2:12; Heb 13:20
Ivyak. 2:24Yoh 10:17, 18
Ivyak. 2:27Ivk 13:35
Ivyak. 2:28Zb 16:8-11
Ivyak. 2:291Bm 2:10
Ivyak. 2:302Sm 7:12, 13; Zb 89:3, 4; 132:11
Ivyak. 2:31Zb 16:10
Ivyak. 2:32Lk 24:46-48; Ivk 1:8; 3:15
Ivyak. 2:33Rm 8:34; Fp 2:9-11; 1Pt 3:22
Ivyak. 2:33Yoh 14:26
Ivyak. 2:35Zb 110:1; Lk 20:42, 43; 1Kr 15:25; Heb 10:12, 13
Ivyak. 2:36Yoh 19:6
Ivyak. 2:36Mt 28:18; Yoh 3:35; Ivk 5:31
Ivyak. 2:38Lk 24:46, 47; Ivk 17:30; 26:20
Ivyak. 2:38Mt 28:19
Ivyak. 2:38Mt 26:27, 28; Ef 1:7
Ivyak. 2:39Yw 2:28
Ivyak. 2:39Yw 2:32
Ivyak. 2:40Gus 32:5; Zb 78:8
Ivyak. 2:41Ivk 8:12; 18:8
Ivyak. 2:41Ivk 4:4; 5:14
Ivyak. 2:42Ivk 2:46
Ivyak. 2:42Ivk 1:14
Ivyak. 2:43Ivk 5:12
Ivyak. 2:45Mt 19:21
Ivyak. 2:45Ivk 4:32, 34
Ivyak. 2:47Ivk 5:14; 11:21; 1Kr 3:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 2:1-47

Ivyakozwe n’intumwa

2 Igihe rero umusi mukuru wa Pentekoti+ wariko uraba, bari hamwe bose muri ca kibanza nyene. 2 Bukwi na bukwi, haza urwamo ruvuye mw’ijuru rumeze nk’urw’umuyaga ukomeye uhuhuta, rwuzura iyo nzu yose bari bicayemwo+. 3 Babona imbeya z’umuriro zimeze nk’indimi hanyuma zirigabagura, urubeya rumwerumwe ruja kuri umwe wese muri bo. 4 Bose baca buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi nk’uko nya mpwemu ibibashoboje+.

5 Ico gihe i Yeruzalemu hari Abayuda bubaha Imana baje bava mu mahanga yose yo kw’isi*+. 6 Aho urwo rwamo rwumvikaniye rero, abantu isinzi baca bakoranira hamwe. Baraguye mu gahundwe, kubera ko umwe wese yumva bavuga mu rurimi rwiwe bwite. 7 Barumiwe cane, bavuga bati: «Ehe yemwe, none aba bose bariko baravuga si Abanyagalilaya+? 8 Bishoboka gute none ngo umwe wese muri twebwe abe ariko arumva ururimi rwiwe kavukire*? 9 Turi Abapariti, Abamedi+, Abelamu+, ababa muri Mezopotamiya, i Yudaya, i Kapadosi, i Ponto, mu ntara ya Aziya+, 10 i Firijiya, i Pamfiliya, mu Misiri, mu turere twa Libiya hafi y’i Sireni, ab’i Roma bacumbitse ino, baba Abayuda canke abinjiye idini ry’Abayuda+, 11 Abanyakirete n’Abarabu. Ariko twumva bavuga mu ndimi zacu ivyerekeye ibintu vy’agatangaza vy’Imana.» 12 Emwe, bose baratangaye birabasiga, babwirana bati: «Ibi ni ibiki?» 13 Ariko abandi barabatwenga, bavuga bati: «Akayoga* kabashitse.»

14 Mugabo Petero ahagurukana na bamwe cumi n’umwe+, abwira abo bantu n’ijwi rirenga ati: «Bagabo b’i Yudaya namwe mwese ababa i Yeruzalemu, nimumenye ibi kandi mwumvirize neza ivyo ngira ndababwire. 15 Mu vy’ukuri aba bantu ntibaborewe nk’uko muvyibaza, kuko ari nk’isaha zitatu z’agatondo*. 16 Ahubwo ibi ni ivyari vyaravuzwe biciye ku muhanuzi Yoweli, igihe yavuga ati: 17 “‘Mu misi ya nyuma’, ni ko Imana ivuze, ‘nzosuka igice c’impwemu yanje ku bantu b’ubwoko bwose, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi, abasore banyu babone ivyo beretswe, abatama banyu na bo barote indoto+. 18 Mbere n’abashumba banje b’abagabo n’ab’abagore, nzobasukako igice c’impwemu yanje muri iyo misi, kandi bazovuga ubuhanuzi+. 19 Nzokora ibitangaza hejuru mw’ijuru, n’ibimenyetso hasi kw’isi: hazoboneka amaraso, umuriro n’ibicu vy’imyotsi. 20 Imbere y’uko wa musi wa Yehova* uhambaye kandi w’agatangaza uza, izuba rizohinduka umwiza, ukwezi na kwo guhinduke amaraso. 21 Umuntu wese yambaza izina rya Yehova* azokizwa+.’”

22 Bagabo bo muri Isirayeli, nimwumve aya majambo: Imana yaraberetse icese Yezu Umunyanazareti biciye ku bikorwa vy’ububasha n’ibitangaza n’ibimenyetso Imana yakoreye muri mwebwe biciye kuri we+, nk’uko ubwanyu mubizi. 23 Uwo muntu yaratanzwe ku bansi biwe. Vyabaye mu buryo buhuye n’ivyo Imana yashinze* be n’ubushobozi bwayo bwo kumenya ibintu imbere y’igihe+. Mwaramumanitse ku giti biciye ku bantu b’abagarariji, muramwica+. 24 Ariko Imana yaramuzuye+ imukura mu mibabaro* y’urupfu, kuko bitashoboka ko rumugumya+. 25 Kuko Dawidi avuga ku bimwerekeye ati: “Nama nshira imbere yanje* Yehova*, kuko ari iburyo bwanje ngo sinigere nyiganyizwa. 26 Ni co gituma umutima wanje wagize akamwemwe, n’ururimi rwanje ruranezerwa cane. Vyongeye, nzobaho* mfise icizigiro 27 kuko utazompebera mu kuzimu, canke ngo wemere ko intahemuka yawe ibora+. 28 Wamenyesheje inzira z’ubuzima. Uzotuma nuzura umunezero mwinshi imbere yawe*+.”

29 Bagabo benewacu, nkundira ndababwire icese* ivyerekeye wa mukuru* w’umuryango Dawidi. Yarapfuye arahambwa+, kandi gushika n’uyu musi imva yiwe iri ng’aha iwacu. 30 Kubera yuko yari umuhanuzi, kandi akaba yari azi ko Imana yari yaramurahiye yuko yokwicaritse ku ntebe yiwe y’ubwami uwo mu ruvyaro rwiwe*+, 31 yarabonye imbere y’igihe ivyerekeye izuka rya Kristu yongera aravuga ivyaryo, yuko atahebewe mu kuzimu canke ngo umubiri wiwe ubore*+. 32 Uwo Yezu, Imana yaramuzuye kandi twese turi ivyabona vy’ico kintu+. 33 Kubera ko rero yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+, kandi agahabwa na Se ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe+, ayidusutseko nk’uko mubibona mukanavyumva. 34 Kuko Dawidi ataduze mw’ijuru, ahubwo ubwiwe avuga ati: “Yehova* yabwiye Umukama wanje ati: ‘Icara iburyo bwanje, 35 gushika abansi bawe ndabagize nk’intebe y’ibirenge vyawe+.’” 36 Nuko rero, Abisirayeli bose nibamenye ata gukeka yuko uwo Yezu mwamanitse ku giti+, Imana yamugize Umukama+ na Kristu.»

37 Aho bumviye ivyo, basogotwa mu mitima, baca babwira Petero n’izindi ntumwa bati: «Bagabo benewacu, dukore iki?» 38 Petero abishura ati: «Nimwigaye+, kandi umwe wese muri mwebwe abatizwe+ mw’izina rya Yezu Kristu kugira mubabarirwe ibicumuro vyanyu+. Muzoheza muronke ya ngabire ya gusa y’impwemu nyeranda. 39 Kuko Imana yayisezeraniye+ mwebwe n’abana banyu be n’abari kure bose, abo bose Yehova* Imana yacu ashobora guhamagara ngo baze kuri we+.» 40 Yaravuze n’ayandi majambo menshi, arashinga intahe bimwe bishitse* yongera arabahimiriza ati: «Nimwitandukanye n’uru runganwe* rugoramye+, mubone gukira.» 41 Nuko abakiranye akamwemwe ivyo yavuze barabatizwa+, kuri uwo musi hiyongerako nk’abantu 3.000+. 42 Babandanya kwigishwa n’intumwa babishashaye, gukoranira hamwe*, gufungura+ no gusenga+.

43 Emwe, ubwoba butangura gutekera abantu bose, hatangura no kuba ibitangaza n’ibimenyetso vyinshi biciye ku ntumwa+. 44 Abemeye Yezu bose bari kumwe kandi basangira vyose. 45 Baragurisha amatongo yabo n’ivyo batunze+, bakagaburira bose ibivuyemwo, bisunze ivyo umwe wese yaba akeneye+. 46 Imisi yose bama bahurira ku rusengero bahuje inama, bagafungurira mu mihana itandukanye, bagasangira banezerewe cane kandi ata buryarya buri mu mutima, 47 bagashemeza Imana kandi bagashimwa n’abantu bose. Vyongeye, imisi yose Yehova* yaguma abongerako abo yariko arakiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika