ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo: ibirimwo

      • Ibisabwa abahagarikizi b’ishengero (1-7)

      • Ibisabwa abakozi b’ishengero (8-13)

      • Ibanga ryeranda rijanye n’ukwihebera Imana (14-16)

1 Timoteyo 3:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yipfuje gushikira ibanga ryo kuba.»

  • *

    Canke «umucungezi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:28; Tt 1:5-9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 55

    Ishirahamwe, rup. 32-33, 39

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2014, rup. 3-4

    15/5/2010, rup. 24

    1/1/2001, rup. 19-20

    1/8/1999, rup. 24

1 Timoteyo 3:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «afise ubwenge buroranye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:3; 1Pt 4:7
  • +Ivk 28:7; 1Pt 4:9
  • +1Tm 5:17; 2Tm 2:24; Tt 1:7, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 42

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-36

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 29

    1/11/1996, rup. 12-13

1 Timoteyo 3:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «akora ibitegereka», «atumira ku vyiyumviro vyiwe», «atarenza urugero.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:13
  • +Fp 4:5; Yak 3:17
  • +Rm 12:18; Yak 3:18
  • +Heb 13:5; 1Pt 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 34-35

1 Timoteyo 3:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ayobora.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 6:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-34, 133-134

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 26

    1/11/1996, rup. 16-17

1 Timoteyo 3:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuyobora.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-34

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2012, rup. 9

    1/11/1996, rup. 16-20

1 Timoteyo 3:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «wa Mubesheranyi.» Raba Insiguro y’amajambo (Mubesheranyi).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32-33

1 Timoteyo 3:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ashingirwa intahe nziza.»

  • *

    Canke «iceyi.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «wa wa Mubesheranyi.» Raba Insiguro y’amajambo (Mubesheranyi).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 22:12; 1Ts 4:11, 12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 32, 33-34

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2005, rup. 30

1 Timoteyo 3:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «batabesha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 6:3; Tt 1:7; 1Pt 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 55

1 Timoteyo 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 1:5, 18, 19; 2Tm 1:3; 1Pt 3:16

1 Timoteyo 3:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ko bakwije ibisabwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 54

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 11

    1/5/2006, rup. 23-24

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    5/2000, rup. 8

1 Timoteyo 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:13
  • +Tt 2:3-5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1996, rup. 13

1 Timoteyo 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 133-134

1 Timoteyo 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 55

1 Timoteyo 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 29

1 Timoteyo 3:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga Yezu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:14; Fp 2:7
  • +1Pt 3:18
  • +1Pt 3:19, 20
  • +Kl 1:23
  • +Kl 1:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 196

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 30-31

    15/6/2008, rup. 13

    15/2/2006, rup. 19

    Senga Imana, rup. 57

    Abahurikiye hamwe, rup. 52

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 3:1Ivk 20:28; Tt 1:5-9
1 Tim. 3:2Rm 12:3; 1Pt 4:7
1 Tim. 3:2Ivk 28:7; 1Pt 4:9
1 Tim. 3:21Tm 5:17; 2Tm 2:24; Tt 1:7, 9
1 Tim. 3:3Rm 13:13
1 Tim. 3:3Fp 4:5; Yak 3:17
1 Tim. 3:3Rm 12:18; Yak 3:18
1 Tim. 3:3Heb 13:5; 1Pt 5:2
1 Tim. 3:4Ef 6:4
1 Tim. 3:61Tm 5:22
1 Tim. 3:7Ivk 22:12; 1Ts 4:11, 12
1 Tim. 3:8Ivk 6:3; Tt 1:7; 1Pt 5:2
1 Tim. 3:91Tm 1:5, 18, 19; 2Tm 1:3; 1Pt 3:16
1 Tim. 3:101Pt 2:12
1 Tim. 3:111Tm 5:13
1 Tim. 3:11Tt 2:3-5
1 Tim. 3:15Heb 3:6
1 Tim. 3:16Yoh 1:14; Fp 2:7
1 Tim. 3:161Pt 3:18
1 Tim. 3:161Pt 3:19, 20
1 Tim. 3:16Kl 1:23
1 Tim. 3:16Kl 1:6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Timoteyo 3:1-16

Timoteyo wa mbere

3 Iri jambo ni iryo kwizigirwa: umuntu arondeye kuba* umuhagarikizi* w’ishengero+, aba yipfuje igikorwa ciza. 2 Umuhagarikizi w’ishengero akwiye rero kuba ata co anegurwa, ari umugabo afise umugore umwe, atarenza urugero mu ngeso ziwe, yiyumvira neza*+, umunyarutonde, umwakiranyi+, ashoboye kwigisha+, 3 ataborerwa+, atarwana. Ahubwo akwiye kuba umuntu atadadaza*+, adakunda amahane+, atari inkunzi y’amahera+, 4 ahagarikira* neza urugo rwiwe, afise abana bayoboka ata gufyina namba+. 5 (Nakare nimba umuntu atazi guhagarikira* urugo rwiwe, yokwitwararika gute ishengero ry’Imana?) 6 Ntakwiye kuba umuntu yizeye vuba+ kugira ntahave yivyimvya, agacirwa urubanza nk’urwaciriwe Shetani*. 7 Akwiye kandi kuba avugwa neza* n’abantu bo hanze y’ishengero+ kugira ntajeko umugayo* canke ngo agwe mu mutego wa Shetani*.

8 Abakozi b’ishengero na bo nyene bakwiye kuba abantu badafyina, badafise indimi zibiri*, batarenza urugero mu kunywa umuvinyu, batanohokera inyungu mbi+, 9 bagumya ibanga ryeranda ry’ukwizera bari n’ijwi ryo mu mutima ridahumanye+.

10 Vyongeye, nibabanze kugezwa kugira birabwe ko babereye*, baheze bemererwe kuba abakozi b’ishengero mu gihe ata co baregwa+.

11 Abagore na bo nyene bakwiye kuba abantu badafyina, batambika ibara abandi+, batarenza urugero mu ngeso zabo, bizigirwa muri vyose+.

12 Umukozi w’ishengero akwiye kuba ari umugabo afise umugore umwe, ahagarikira neza abana biwe n’urugo rwiwe. 13 Kuko abagabo bakora neza bituma bagira impagararo nziza kandi bakavugana umwidegemvyo mwinshi mu bijanye n’ukwizera bafise kwerekeye Kristu Yezu.

14 Ndakwandikiye ivyo bintu, naho nizigiye kuza iyo uri vuba, 15 kugira ngo bishitse ngateba, umenye ingene ubwirizwa kwigenza mu rugo rw’Imana+, ni ukuvuga ishengero rya ya Mana nzima, rukaba ari inkingi n’urwego bishigikiye ukuri. 16 Vy’ukuri, ibanga ryeranda rijanye n’uku kwihebera Imana nta woharira ko rikomeye: “Yerekanywe* mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, mw’isi baramwizera+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika