ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abanyefeso: ibirimwo

      • Impanuro zihabwa abana n’abavyeyi (1-4)

      • Impanuro zihabwa abashumba na ba shebuja (5-9)

      • Umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana (10-20)

      • Amajambo yo gusozera (21-24)

Abanyefeso 6:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:8; 6:20; Kl 3:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 23, 26

    1/4/2001, rup. 30

    1/7/2000, rup. 11

    Umwigisha, rup. 44

    Ubumenyi, rup. 136

Abanyefeso 6:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:12; Gus 5:16; Img 20:20; 23:22; Mt 15:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 23-24

    1/7/2000, rup. 11-12

    Umwigisha, rup. 44

Abanyefeso 6:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uroranirwe.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 23-24

    1/4/2001, rup. 30-31

    Umwigisha, rup. 44

Abanyefeso 6:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mubigisha», «mubayobora.» Mu kigiriki havuga ngo «mubashiramwo ubwenge.»

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:21
  • +Img 13:24
  • +Gus 6:6, 7; Img 3:11; 19:18; 22:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2021, rup. 21

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 50

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2013, rup. 3

    15/7/2012, rup. 30-31

    1/8/2011, rup. 6-7

    1/5/2009, rup. 12

    1/11/2006, rup. 6

    1/7/2006, rup. 27

    1/4/2005, rup. 15-16

    1/1/2005, rup. 25-26

    15/6/2004, rup. 5

    1/7/2000, rup. 15-17

    1/7/1999, rup. 22

    1/12/1996, rup. 21

    1/11/1996, rup. 18

    Urashobora Kubaho, rup. 245

Abanyefeso 6:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bo mu buryo bw’umubiri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 6:1; 1Pt 2:18

Abanyefeso 6:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ntimukorere ijisho nk’abashimisha abantu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:22
  • +Lk 10:27

Abanyefeso 6:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 10:31

Abanyefeso 6:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:23, 24

Abanyefeso 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:22

Abanyefeso 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 3:16

Abanyefeso 6:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imigambi.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ya wa Mubesheranyi.» Raba Insiguro y’amajambo (Mubesheranyi).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 27-31

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 186-187

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2012, rup. 31

    15/3/2007, rup. 28

    15/1/2006, rup. 29-30

    1/8/2005, rup. 29-30

    15/9/2004, rup. 14-20

    15/10/2002, rup. 8-13

    15/8/2002, rup. 26

    Nushinge intahe, rup. 216

Abanyefeso 6:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «dufise intambara yo kunigana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:7
  • +2Pt 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 27

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 215-216

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 112

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 104

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 59-60, 186

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2013, rup. 3-6

    1/9/2011, rup. 7

    15/3/2007, rup. 27-28

    15/9/2004, rup. 10-11

    1/7/2002, rup. 19

    Senga Imana, rup. 70-78

    Abahurikiye hamwe, rup. 62-69

Abanyefeso 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 6:4, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 27-31

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 69-70

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 60-61

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 15

    15/3/2007, rup. 28

    15/9/2004, rup. 14-15

    15/2/2004, rup. 27-28

    1/12/2002, rup. 22-23

    Senga Imana, rup. 77-78

Abanyefeso 6:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mukenyeye mu kiyunguyungu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:5
  • +Img 4:23; Yes 59:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2021, rup. 27

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 12

    5/2018, rup. 28-29

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 25

    15/3/2007, rup. 28-29

    15/9/2004, rup. 16

    Senga Imana, rup. 77

    Abahurikiye hamwe, rup. 68

Abanyefeso 6:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:7; Rm 10:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2021, rup. 27-28

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 29

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 29

    15/9/2004, rup. 16-17

    Senga Imana, rup. 77

    Abahurikiye hamwe, rup. 68

Abanyefeso 6:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibirwanisho batera.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 5:4
  • +1Pt 5:8, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2021, rup. 28-29

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2019, rup. 14-19

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 29-30

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 112-113

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 104

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 29-30

    15/9/2004, rup. 17-19

    15/2/2004, rup. 27-28

    Senga Imana, rup. 77-78

    Abahurikiye hamwe, rup. 68-69

Abanyefeso 6:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:17; 1Ts 5:8
  • +Heb 4:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2021, rup. 29

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 30-31

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2010, rup. 21

    15/3/2007, rup. 30

    15/9/2004, rup. 19-20

    1/12/2002, rup. 22-23

    Senga Imana, rup. 78

    Abahurikiye hamwe, rup. 69

Abanyefeso 6:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:2
  • +Yud 20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 113

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 104-105

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 3-4

    15/9/2004, rup. 20

Abanyefeso 6:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 14

Abanyefeso 6:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 5:20

Abanyefeso 6:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:12; Tt 3:12
  • +Kl 4:7, 8

Abanyefeso 6:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ef. 6:1Img 1:8; 6:20; Kl 3:20
Ef. 6:2Kv 20:12; Gus 5:16; Img 20:20; 23:22; Mt 15:4
Ef. 6:4Kl 3:21
Ef. 6:4Img 13:24
Ef. 6:4Gus 6:6, 7; Img 3:11; 19:18; 22:6
Ef. 6:51Tm 6:1; 1Pt 2:18
Ef. 6:6Kl 3:22
Ef. 6:6Lk 10:27
Ef. 6:71Kr 10:31
Ef. 6:8Kl 3:23, 24
Ef. 6:91Kr 7:22
Ef. 6:10Ef 3:16
Ef. 6:11Rm 13:12
Ef. 6:122Tm 4:7
Ef. 6:122Pt 2:4
Ef. 6:132Kr 6:4, 7
Ef. 6:14Yes 11:5
Ef. 6:14Img 4:23; Yes 59:17
Ef. 6:15Yes 52:7; Rm 10:15
Ef. 6:161Yh 5:4
Ef. 6:161Pt 5:8, 9
Ef. 6:17Yes 59:17; 1Ts 5:8
Ef. 6:17Heb 4:12
Ef. 6:18Kl 4:2
Ef. 6:18Yud 20
Ef. 6:19Kl 4:3
Ef. 6:202Kr 5:20
Ef. 6:212Tm 4:12; Tt 3:12
Ef. 6:21Kl 4:7, 8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abanyefeso 6:1-24

Abanyefeso

6 Bana, nimugamburuki⁠re abavyeyi banyu+ nk’uko Umukama abigomba, kuko ari vyo bigororotse. 2 «Tera iteka so wawe na nyoko wawe+.» Iryo ni ryo tegeko rya mbere riri kumwe n’umuhango ugira uti: 3 «Kugira ngo bikugendere neza*, ubone kurambira kw’isi.» 4 Namwe ba sebibondo, ntimutere ishavu abana banyu+, ahubwo mubandanye kubarera mu kubatoza indero+ mwongera mubakebura* nk’uko Yehova* yashinze+.

5 Yemwe bashumba, nimugamburukire ba shobuja+ bo kw’isi* nk’abagamburukira Kristu, mutinya kandi mujugumira, ata buryarya mufise mu mitima yanyu. 6 Ntimubigire igihe gusa babareretse, kugira gusa mushimishe abantu*+, ahubwo mubigire nk’abashumba ba Kristu, mukora ivyo Imana igomba n’umutima wanyu wose+. 7 Mube abashumba bakorana agatima keza, nk’abakorera Yehova*+, atari nk’abakorera abantu, 8 kuko muzi yuko iciza cose umuntu akora azocishurwa na Yehova*+, yaba ari umushumba canke yidegemvya. 9 Namwe ba shebuja, mugume mubafata nk’ukwo nyene, mutabatera ubwoba, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu ari mw’ijuru+, kandi ntagira nkunzi.

10 Ubwa nyuma, mubandanye kwironsa ububasha+ mu Mukama no mu bushobozi bw’inkomezi ziwe. 11 Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho+ biva ku Mana kugira ngo mushobore guhagarara mushikamye murwanye amayeri* ya Shetani*. 12 Kuko turi mu ntambara*+, ariko ntiturwana n’abantu b’inyama n’amaraso, ahubwo turwana n’intwaro, n’ubukuru, n’abatware b’iyi si y’umwiza, n’impwemu mbi zifise ububasha+ ziri mu bibanza vyo mw’ijuru. 13 Ku bw’ivyo, nimwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana+, kugira ngo mushobore kwirwanako kuri wa musi mubi, kandi nimwamara gukora vyose, muhagarare mushikamye.

14 Muhagarare mushikamye rero, mukenyeye* umukaba w’ukuri+, mwambaye ubugororotsi nk’igikingira igikiriza+, 15 ku birenge vyanyu na ho mwambaye ibirato, mwiteguriye kumenyekanisha inkuru nziza y’amahoro+. 16 Hambavu y’ivyo vyose, mutore inkinzo yagutse y’ukwizera+ izobashoboza kuzimya imyampi* yose yaka umuriro ya wa mubisha+. 17 Vyongeye, mwakire inkofero y’ubukiriro+ n’inkota y’impwemu, ari ryo jambo ry’Imana+. 18 Ivyo mubigire mubandanya no gusenga mukoresheje ubwoko bwose bw’amasengesho+ n’intakambo igihe cose mu mpwemu+. Ku bw’ivyo, mugume murikanuye, mutakamba igihe cose ku bw’aberanda bose. 19 Na jewe munsengere kugira ngo ndonke amajambo abereye iyo nteranuye akanwa, nshobore kuvugana ubutinyutsi igihe menyekanisha ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+ 20 mbereye umuserukizi+ mu minyororo, no kugira ngo nshobore kuvuga iyo nkuru nziza mfise ubutinyutsi, nk’uko mbwirizwa kuyivuga.

21 Kugira ngo rero namwe mumenye ukuntu merewe n’ivyo ndimwo, umuvukanyi mukundwa Tikiko+ akaba n’umusuku w’umwizigirwa mu Mukama, azobamenyesha vyose+. 22 Ico nyene ni co gitumye ndamubarungikira: kugira ngo mumenye amakuru yacu no kugira ngo ahoze imitima yanyu.

23 Ese abavukanyi bogira amahoro n’urukundo hamwe n’ukwizera biva ku Mana ari yo Data no ku Mukama Yezu Kristu. 24 Ubuntu buhebuje* bubane n’abo bose bakunda Umukama wacu Yezu Kristu urukundo rudatituka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika