ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 41
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Umuntu avuye i burasirazuba azonesha amahanga (1-7)

      • Imana yatoye Isirayeli ngo ibe umusavyi wayo (8-20)

        • «Umugenzi wanje Aburahamu» (8)

      • Izindi mana zisabwa kwiburanira (21-29)

Yesaya 41:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nimucereze imbere yanje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:21

Yesaya 41:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu buseruko.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ngo aze ku birenge vyiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:28; 46:11; Ivh 16:12
  • +Yes 45:1

Yesaya 41:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:10; 44:6; 48:12; Ivh 1:8
  • +Yes 46:4; Mal 3:6; Yak 1:17

Yesaya 41:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:12; 46:6

Yesaya 41:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «rubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5, 6; Lw 25:42
  • +Gus 7:6; Zb 33:12
  • +2Ng 20:7; Yak 2:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2014, rup. 21-22

Yesaya 41:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:2, 3
  • +Yes 43:10
  • +1Sm 12:22; Yr 33:25, 26

Yesaya 41:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:1; Zb 46:1; Rm 8:31
  • +Yes 60:19, 20
  • +Gus 33:27; Zb 115:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 5

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 2-7

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2018, rup. 16

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 18

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2012, rup. 18

Yesaya 41:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:24
  • +Yes 40:17; 60:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 7

Yesaya 41:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:17

Yesaya 41:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 18

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2012, rup. 18

    1/10/2006, rup. 30

    15/12/2004, rup. 17

Yesaya 41:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga umuntu aciye bugufi, adashoboye kwirwanira.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:7
  • +Yes 43:14; 47:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 3

Yesaya 41:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Gukubita intete).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 4:13

Yesaya 41:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 25:9
  • +Yes 12:6

Yesaya 41:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:48; Am 8:11
  • +Yes 30:19; 55:1
  • +Zb 94:14; Yes 42:16; Heb 13:5

Yesaya 41:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:25
  • +Yw 3:18
  • +Zb 107:35

Yesaya 41:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Umuhadasi ni agati k’amababi ayagayaga n’amashurwe yera amota.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:14, 15; 60:21
  • +Yes 51:3; 55:13

Yesaya 41:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 39:28

Yesaya 41:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ivya mbere.»

  • *

    Canke «tubishireko umutima.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:9; 46:9, 10; 48:5

Yesaya 41:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:6, 7
  • +Yr 10:5

Yesaya 41:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:10; Yr 10:14, 15
  • +Gus 7:26; 27:15; Zb 115:4, 8

Yesaya 41:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu buseruko.»

  • *

    Canke «abatware bo hasi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:28; 45:1; Yr 51:28, 29
  • +Yes 46:11; Ivh 16:12
  • +Mik 7:10

Yesaya 41:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:9; 44:7; 45:21
  • +Hab 2:18, 19

Yesaya 41:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:10
  • +Ezr 1:1, 2; Yes 40:9

Yesaya 41:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «c’uruhendo.»

  • *

    Canke «mu cuma bashongesheje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:4-8; Yes 44:9; 1Kr 8:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 41:1Yes 41:21
Yes. 41:2Yes 44:28; 46:11; Ivh 16:12
Yes. 41:2Yes 45:1
Yes. 41:4Yes 43:10; 44:6; 48:12; Ivh 1:8
Yes. 41:4Yes 46:4; Mal 3:6; Yak 1:17
Yes. 41:7Yes 44:12; 46:6
Yes. 41:8Kv 19:5, 6; Lw 25:42
Yes. 41:8Gus 7:6; Zb 33:12
Yes. 41:82Ng 20:7; Yak 2:23
Yes. 41:9Zb 107:2, 3
Yes. 41:9Yes 43:10
Yes. 41:91Sm 12:22; Yr 33:25, 26
Yes. 41:10Gus 20:1; Zb 46:1; Rm 8:31
Yes. 41:10Yes 60:19, 20
Yes. 41:10Gus 33:27; Zb 115:9
Yes. 41:11Yes 45:24
Yes. 41:11Yes 40:17; 60:12
Yes. 41:12Yes 54:17
Yes. 41:13Gus 33:29
Yes. 41:14Gus 7:7
Yes. 41:14Yes 43:14; 47:4
Yes. 41:15Mik 4:13
Yes. 41:16Yes 25:9
Yes. 41:16Yes 12:6
Yes. 41:17Gus 28:48; Am 8:11
Yes. 41:17Yes 30:19; 55:1
Yes. 41:17Zb 94:14; Yes 42:16; Heb 13:5
Yes. 41:18Yes 30:25
Yes. 41:18Yw 3:18
Yes. 41:18Zb 107:35
Yes. 41:19Yes 32:14, 15; 60:21
Yes. 41:19Yes 51:3; 55:13
Yes. 41:20Ezk 39:28
Yes. 41:22Yes 42:9; 46:9, 10; 48:5
Yes. 41:23Yes 44:6, 7
Yes. 41:23Yr 10:5
Yes. 41:24Yes 44:10; Yr 10:14, 15
Yes. 41:24Gus 7:26; 27:15; Zb 115:4, 8
Yes. 41:25Yes 44:28; 45:1; Yr 51:28, 29
Yes. 41:25Yes 46:11; Ivh 16:12
Yes. 41:25Mik 7:10
Yes. 41:26Yes 43:9; 44:7; 45:21
Yes. 41:26Hab 2:18, 19
Yes. 41:27Yes 43:10
Yes. 41:27Ezr 1:1, 2; Yes 40:9
Yes. 41:29Zb 115:4-8; Yes 44:9; 1Kr 8:4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 41:1-29

Yesaya

41 «Nimunyumvirize mucereje*, yemwe mwa mazinga.

Amahanga niyikomeze.

Niyegere, avuge+.

Nimuze tuje hamwe, nce urubanza.

 2 Ni nde yazanye umuntu amukuye i burasirazuba*+,

akamuhamagara mu bugororotsi ngo amukorere*,

ngo amufashe gutsinda amahanga

no kunesha abami+?

Ni nde atuma bamera nk’umukungugu imbere y’inkota yiwe,

bakamera nk’ibishakara biguruwe n’umuyaga imbere y’umuheto wiwe?

 3 Arabakurikirana, akarengana ata wumutangira,

agaca mu nzira atigeze ahonyozamwo ibirenge.

 4 Ni nde yabikoze akabirangura,

agahamagara urunganwe* ku rundi guhera mu ntango?

Ni jewe Yehova, Umwe wa mbere+.

No ku bazoza ubwa nyuma nzoguma ndi wa wundi+.»

 5 Amazinga yarabibonye aratinya,

impera z’isi zitangura kujugumira.

Baraza bakegera.

 6 Umwe wese afasha mugenziwe,

akabwira mwenewabo ati: «Komera.»

 7 Umunyamwuga w’umuhinga aremesha umucuzi+,

uwuringaniza akoresheje inyundo y’umucuzi

akaremesha uwuhondesha inyundo ku cuma co gucurirako.

Ku bijanye n’ingene icuma giteranije, avuga ati: «Giteranije neza.»

Nya gishusho baca bagifatisha imisumari ngo ntigihenuke.

 8 «Mugabo wewe ga Isirayeli, uri umusavyi wanje+.

Wewe Yakobo naragutoye+,

wewe ruvyaro* rw’umugenzi wanje Aburahamu+.

 9 Wewe nagukuye ku mpera z’isi+,

ndaguhamagara ndagukuye mu mihingo yayo ya kure.

Nakubwiye nti: “Uri umusavyi wanje+.

Naragutoye. Sinagutaye+.

10 Ntutinye kuko ndi kumwe nawe+.

Ntuhagarike umutima kuko ndi Imana yawe+.

Nzogukomeza, emwe nzogufasha+.

Vy’ukuri, nzogufata n’ukuryo kwanje kw’ubugororotsi, ndakugumye.”

11 Raba! Abakugirira uburake bose bazomaramara, bateterwe+.

Abakurwanya bazohinduka ubusa, bayogere+.

12 Uzorondera abakurwanya ubabure.

Abagutera mu ntambara bazocika nk’ikintu kitabaho, nk’ubusa+.

13 Kuko jewe Yehova Imana yawe ngufata ukuboko kw’ukuryo,

nkakubwira nti: “Ntutinye. Nzogufasha+.”

14 Ntutinye, wewe musiba* Yakobo+,

mwebwe bantu ba Isirayeli. Nzogufasha», ni ko Yehova avuze, wa Mucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli.

15 «Raba! Nakugize ibibaho batonoza intete*+,

igikoresho gishasha batonoza intete gifise amenyo akarishe impande zibiri.

Uzohonyangira hasi imisozi, uyijanjagure,

imirambi uyigire nk’umuguruka.

16 Uzobigosora,

umuyaga ubikukumure.

Igihuhusi kizobishwiragiza.

Uzonezerwa kubera Yehova+,

wiratire wa Mweranda wa Isirayeli+.»

17 «Abagorwa n’aboro bararondera amazi, ariko nta yo baronka.

Ururimi rwabo rwumye kubera inyota+.

Jewe Yehova nzobishura+.

Jewe Imana ya Isirayeli sinzobaheba+.

18 Nzotuma inzuzi zitemba ku mirambi igaragara+,

n’amasoko y’amazi atembe mu biyaya+.

Ubugaragwa nzobugira ikidengeri c’amazi cuzuyeko amarenga,

igihugu kigadutse na co gisigare kirimwo amasoko y’amazi+.

19 Mu bugaragwa nzohatera igiti c’isederi,

umunyinya, umuhadasi* n’igiti c’ipinusi+.

Mu kiyaya c’ubugaragwa nzohatera igiti c’umuberoshi,

igiti c’umutidari n’akajwari+.

20 Nzobikora kugira ngo abantu bose babone, bamenye,

bitwararike bongere batahure

yuko ukuboko kwa Yehova ari kwo kwabikoze,

kandi ko wa Mweranda wa Isirayeli ari we yabiremye+.»

21 Yehova avuze ati: «Nimushikirize imburano zanyu.»

Umwami wa Yakobo avuze ati: «Nimutange ivyemezo vyanyu.

22 Nimutange ibimenyamenya, mutubwire ibizoba.

Nimutubwire ivyabaye muri kahise* kugira ngo tubizirikane*,

tumenye ico bizovamwo.

Canke na ho mutumenyeshe ibigiye kuba+.

23 Nimutubwire ibizoba muri kazoza

kugira ngo tumenye ko muri imana+.

Nimugire ico mukoze, caba ciza canke kibi,

kugira dutangare tukibonye+.

24 Raba! Muri ikintu kitabaho,

kandi ico mwakoze ni ubusa+.

Uwubahitamwo wese ni ikintu gishisha+.

25 Hari umuntu nahagurukije mu buraruko, kandi azoza+.

Ni umuntu ava i burasirazuba*+ azokwambaza izina ryanje.

Azohonyanga abatware* nk’aho boba ari ibumba+,

nka kurya umubumvyi ahonyanga ibumba ribisi.

26 Ni nde yabivuze kuva mu ntango kugira tubimenye,

canke kuva mu bihe vya kera, kugira ngo tuvuge duti: “Avuga vyo+”?

Mu vy’ukuri, nta n’umwe yabimenyesheje.

Nta n’umwe yabivuze.

Nta kintu na kimwe twabumvanye+.»

27 Ni je nabaye uwa mbere mu kubwira Siyoni nti: «Raba ng’ibi+!»

Kandi nzorungika i Yeruzalemu uwutwara inkuru nziza+.

28 Mugabo nagumye ndaba, ariko nta n’umwe yari ahari.

Nta n’umwe muri bo yashobora gutanga impanuro.

Naguma ndabasaba ngo bishure.

29 Raba! Bose ni ikintu kitabaho*.

Ibikorwa vyabo ni ubusa.

Ibishusho vyabo bikozwe mu cuma* ni umuyaga kandi ni ibintu ata co bimaze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika